Publicidade

1 Coríntios 6

2 Mbega ntimuzi ko abizera ari bo bazocira imanza isi? None nimba muzocira imanza isi, mwonanirwa no gutatura amatati asanzwe? 3 Mbega ntimuzi ko muzocira imanza n’abamarayika? Ni co gituma mwari mukwiye gutatura amatati asanzwe yo muri buno buzima.

Veja também

Publicidade
Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-06-29_22-07-56-