Pular para o conteúdo
Publicidade

1 Coríntios 7

Ibijanye n’amabanga y’abubatse

1 Ku bijanye n’ivyo mwambajije mw’ikete mwanyandikiye, ni vyiza ko umuntu atorongora. 2 Ariko kubera ubusambanyi ari bwinshi, umugabo wese akwiye kugira umugore wiwe, kandi n’umugore wese akwiye kugira umugabo wiwe.

Veja também