17 Abakuru b’Ishengero barirongoye neza bakwiye kwubahwa no guhabwa ibibatunga na canecane abakora igikorwa co kuvuga ubutumwa no kwigisha. 18 Kuko Ivyanditswe bivuga ngo: "Ntimuze muzibire umunwa w’inka iriko irasekura ingano," kandi ngo: "Umukozi aberwa n’impembo."
Publicidade
Publicidade