7 "Ehe azananye n’ibicu,"1:7 Daniyeli 7:13
kandi "amaso yose azomubona;
n’abamucumise bazomubona,"
kandi isi yose "izoboroga ku bwiwe."1:7 Zakariya 12:10
Nibibe gutyo, Amen.
7 "Ehe azananye n’ibicu,"1:7 Daniyeli 7:13
kandi "amaso yose azomubona;
n’abamucumise bazomubona,"
kandi isi yose "izoboroga ku bwiwe."1:7 Zakariya 12:10
Nibibe gutyo, Amen.