Publicidade

Apocalipse 11

19 Maze urusengero rw’Imana mw’ijuru ruca ruruguruka, kandi muri rwo habonekamwo Isandugu y’Isezerano. Nuko haca haba imiravyo, humvikana urwamo n’imituragaro, haba nyamugigima n’imvura y’urubura ikomeye.

Veja também

Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-07-05_12-11-46-