16 ‘Ntibazoba bagisonza,
kandi ntibazoba bakinyoterwa.
Izuba ntirizosubira kubakira,’7:16 Yesaya 49:10
kandi nta bushuhe buzobica.
17 Kuko Umwagazi w’intama ari ku ngoma
ari we azobabera umwungere,
azobaha ku mazi y’ubugingo.7:17 Yesaya 25:8
‘Kandi Imana izobahanagura amosozi yose
ku maso yabo.’7:17 Yesaya 49:10"