Pular para o conteúdo
Publicidade

Cânticos 1

15 Ese ingene uri mwiza, mukunzi wanje!

Ese ingene uri mwiza!

Amaso yawe asa n’ayakanuma kitwa kolombe.

Umugeni

16 Ese ukuntu uri mwiza, mukunzi wanje!

Ese ukuntu unezera!

Kandi uburiri bwacu busa n’umurima utotahaye.

Umukwe

Veja também