Pular para o conteúdo
Publicidade

Abaheburayo 12

Kugabisha no gutera intege

14 Murondere kubana amahoro n’abantu bose no kubaho ubuzima bwejejwe, kuko abatejejwe ntibazobona Imana. 15 Mwitaneho kugira ngo ntihagire n’umwe muri mwebwe ananirwa ntashikire ubuntu bw’Imana. Mwirinde ntihakagire ikintu na kimwe kibi kimeze nk’umuzi utera umurarazi kiba hagati yanyu kigatera uruhagarara, benshi bononekara.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também