Pular para o conteúdo
Publicidade

Rusi 1

16 Ariko Rusi aramwishura ati: "Reka kunyingingira kuvana nawe canke gusubira inyuma ngo ndaguhebe. Aho uzoja ni ho nzoja, aho uzoba ni ho nzoba. Ihanga ryawe ni ryo rizoba ihanga ryanje kandi Imana yawe ni yo izoba Imana yanje. 17 Aho uzopfira ni ho nzopfira, kandi ni ho bazompamba. Uhoraho aze abimpanire, mbere birushirije, nihagira ikintandukanya na wewe atari urupfu."

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também

Rute
Ver todos os capítulos de Rute