10 Kandi nakiriye na Rusi Umunyamowabukazi, umupfakazi wa Mahiloni, nk’umugore wanje, kugira ngo mponore izina ry’uwapfuye n’itongo ryiwe, izina ryiwe ntirizimangane mu muryango wiwe canke mu gisagara avukamwo. Uwu musi mubaye ivyabona!"