Pular para o conteúdo
Publicidade

1 Korinto 10

16 Iyo tunywera ku gikombe Imana yahezagiye, mbega ntituba dusangiye ku maraso ya Kristo? Iyo tumanyura umukate, ntituba dusangiye ku mubiri wa Kristo? 17 Iyo dusangiye ku mukate umwe tuba tubaye umubiri umwe n’aho turi benshi.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também