Publicidade

1 Coríntios 11

27 Ni co gituma uwurya umukate akanywa no ku gikombe uko bitabereye aba acumuye ku mubiri n’amaraso vy’Umwami. 28 Umuntu wese akwiye kwisuzuma imbere yo kurya uwo mukate no kunywera kuri ico gikombe. 29 Kuko uwurya uwo mukate akanywera no kuri ico gikombe adahaye icubahiro umubiri wa Kristo aba yikwegeye gutsindwa n’urubanza.

Veja também

Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-07-05_19-25-13-