Pular para o conteúdo
Publicidade

1 Korinto 15

3 Kuko ivyo nahawe ari vyo nabashikirije nk’ivyigiciro vya mbere: ko Kristo yapfiriye ivyaha vyacu, nk’uko Ivyanditswe Vyera bibivuga, 4 ko yahambwe hanyuma akazuka ku musi ugira gatatu nk’uko Ivyanditswe Vyera bibivuga, 5 kandi ko yiyeretse Kefa, hanyuma yiyereka bamwe cumi na babiri. 6 Inyuma yaho yiyerekera rimwe bene Data barenga amajana atanu, kandi n’aho benshi muri bo bamaze gupfa, bamwe muri bo baracariho.

Veja também