Publicidade

1 Timóteo 3

16 Ikirengeye ibintu vyose, umuntu yokwibaza, n’uko ibanga ry’ukwizera kwacu rihambaye cane:

Kristo yabonetse afise umubiri w’umuntu,

yemezwa na Mpwemu Yera kw’ari intungane,

abonwa n’abamarayika,

amenyekanishwa mu mahanga yose,

yizerwa n’abo mw’isi,

maze aduzwa mu bwiza bwo mw’ijuru.

Veja também

Publicidade
Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-06-29_22-07-56-