5 Haca humvikana ijwi rivuye kuri ya ntebe y’inganji, rivuga riti:
"Nimushime Imana,
yemwe bakozi bayo,
namwe abayubaha mwese,
abahambaye n’aboroshe."
5 Haca humvikana ijwi rivuye kuri ya ntebe y’inganji, rivuga riti:
"Nimushime Imana,
yemwe bakozi bayo,
namwe abayubaha mwese,
abahambaye n’aboroshe."