28 Ko twakira Ubwami budashobora kunyiganyizwa, muze dushimire Imana kandi tuyisenge mu buryo buyihimbara tuyitinya kandi tuyubashe. 29 Kuko "Imana yacu ni umuriro utongora."12:29 Gusubiramwo 4:24