Umugani w’intama yazimiye
1 Umusi umwe abatozakori n’abanyavyaha bari bakikije Yesu bamwumviriza. 2 Maze ivyo bituma Abafarisayo n’abigisha b’ivyagezwe batangura kumwidodombera bavuga bati: "Uwu mugabo yicarana n’abanyavyaha, agasangira na bo!"