Pular para o conteúdo
Publicidade

Mariko 7:6-8

6 Arabishura ati: "Yesaya yavuze ukuri igihe yabavugishwako mwa ndyarya mwe! Yanditse avuga ati:

‘Aba bantu banyubahisha iminwa yabo,

ariko imitima yabo iri kure yanje.

7 Ukunsenga kwabo ntikugira ikimazi;

inyigisho zabo ni amabwirizwa abantu bishingiye.’ 7:7 Yesaya 29:13

8 Mureka amabwirizwa y’Imana mugashira imitima ku migenzo y’abantu."

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.