8 Basoma mu Gitabu c’Ivyagezwe vy’Imana, barabitomora, babiha n’insiguro kugira ngo abantu bashobore gutahura ivyariko birasomwa.
10 Nehemiya aravuga ati: "Nimugende murye ibiryoshe munywe n’ibinyobwa bisosa, kandi murungikire n’abatateguye na kimwe. Uwu musi ni uwera k’Uhoraho Imana yacu. Ntimubabare, kuko umunezero w’Uhoraho ari wo nkomezi zanyu."