21 Bakundwa, igihe imitima yaacu idafite ico idushinja, tuba dushize amanga imbere y’Imaana, 22 kandi duhaabwa ico dusabye kuko twubahiriza amategeko y’Imaana no gukora ibiyishiimiisha.
Publicidade

+581 estão orando agora.
Junte-se à corrente de oração.