Publicidade

1 João 4

15 Umuntu weese waatura ko Yesu ari Umwana w’Imaana, Imaana iguma muri we kandi na we akaguma muri yo. 16 Naatwe tumaze kumenya ndetse no kwizeera urukundo Imaana idufitiye.

Imaana ni urukundo kandi abafite urukundo baguma mu Maana na yo ikaguma muri bo.

Veja também

Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-07-05_19-25-13-