8 Ibisigaye bakundwa, ikintu coose c’ukuri, ikintu coose co kuubahwa, ikintu coose gikiraanuka, ikintu coose kiboneye, ikintu coose c’igikundiro, ikintu coose gishimwa, niiba hari iciiza gihebuuje kandi hakabaho igikwiriye ishimwe, abe ari co muhoza ku mutima.
Publicidade
Publicidade