Pular para o conteúdo
Publicidade

2 Korinto 1

20 Kuko amasezerano Imana yatanze yose ni "Egome" muri Kristo Yesu. Kandi muri we ijambo "Amen" tuvuga risigura ngo "Egome" riraduga rigahesha Imana icubahiro. 21 Imana ni yo iduha gukomerana namwe muri Kristo, kandi ni yo yadusize amavuta, 22 idushirako ikimenyetso c’uko turi abayo, ishira Mpwemu wayo mu mitima yacu nk’ingwati yemeza ko tuzoronka ivyo yadusezeraniye vyose.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também