Publicidade

2 Coríntios 12

8 Ninginze Umwami Yesu incuro zitatu kugira ngo ayinkuremwo, 9 ariko anyishura ati: "Ubuntu bwanje buraguhaje, kuko ubushobozi bwanje bukorera muri wewe cane iyo uri mu ntege nke." Ivyo ni vyo bituma nirata cane intege nke zanje, kugira ngo ubushobozi bwa Kristo bugume kuri jewe.

Veja também

Publicidade
Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-06-29_22-07-56-