Publicidade

Eclesiastes 2

26 Ku wuyihimbaye, Imana itanga ubwenge, ukumenya n’umunezero, ariko iha umunyavyaha igikorwa co kwegeranya no kurundanya ubutunzi kugira ngo aze abihe uwuhimbara Imana. N’iki na co ni ubusa, ni ukwiruka inyuma y’umuyaga.

Veja também

Publicidade
Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-06-29_22-07-56-