3 Nuko rero mwiyubare mu vyo mukora.
Umuvukanyi wawe niyacumura, umwihanize. Niyihana, umuharire. 4 Niyagucumurako incuro indwi ku musi, akagaruka incuro indwi nyene akubwira ati: ‘Ndihanye mbabarira,’ uze umubabarire."