3 Satani aramubwira ati: "Niwaba uri Umwana w’Imana, bwira iri buye rihinduke umukate."
4 Yesu aramwishura ati: "Handitswe ngo: ‘Umuntu ntabeshwaho n’ivyokurya gusa.’4:4 Gusubiramwo 8:3"