Pular para o conteúdo
Publicidade

1 Timoteyo 1

Ukwirinda inyigisho z’ibinyoma

3 Igihe naja i Makedoniya nagusavye ko woguma muri Efeso kugira ngo uteshe abigisha inyigisho z’ibinyoma ntibasubire kuzigisha, 4 canke ngo bateshe umwanya abantu mu vy’imigani myinshi n’urukurikirane rudahera rwa ba sekuruza. Ivyo bizana impari, aho gufasha mu gikorwa c’Imana co gukiza, twamenye biciye mu kwizera.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também