Pular para o conteúdo
Publicidade

2 Korinto 6

16 Mbega urusengero rw’Imana hari ico rwohurirako n’ibigirwamana? Twebwe turi urusengero rw’Imana, kandi Imana yavuze iti:

"Nzoba muri bo

nongere ngendane na bo.

Nzoba Imana yabo,

na bo bazoba abantu banje."6:16 Abalewi 26:12; Yeremiya 32:38; Ezekiyeli 37:27

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também