Pular para o conteúdo
Publicidade

Daniyeli 11

16 Umwami wo mu buraruko azogenda umuraramango ata wumugwanya; nta n’umwe azoshobora kumuhagarara imbere. Azohagarara mu gihugu c’ubwiza ca Isirayeli, agomba kugisambura. 17 Azogerageza gushiramwo inguvu z’ubwami bwiwe zose kandi agirane amasezerano n’umwami wo mu bumanuko, amushingire umukobwa wiwe kugira ngo iyo ngoma ayisenyure mu bwenge aciye imbere muri yo, ariko iyo migabo yiwe nta co izoshikako.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também