28 Uwo mumarayika yinjira aho Mariya ari, amubwira ati: "Nezerwa! Umwami Imana akugiriye ubuntu, kandi ari kumwe na we."
31 Raba ugiye gusama inda, maze uzovyara umwana w’umuhungu, kandi uze umwite Yesu.