Publicidade

Lucas 1

34 Mariya abaza uwo mumarayika ati: "Ivyo vyoshoboka bite, ko ntarigera ndyamana n’umugabo?"

35 Na we aramwishura ati: "Mpwemu Yera azokuzako, maze ubushobozi bw’Iyisumbavyose bugutwikire. Ni co gituma umwana uzovyara azoba uwera, yitwe Umwana w’Imana.

Veja também

Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-07-05_12-11-46-