Pular para o conteúdo
Publicidade

Luka 11

2 Arababwira ati: "Mu gusenga mukwiye kuvuga muti:

Data,

izina ryawe niryubahwe,

Ubwami bwawe nibuze.

3 Uduhe ivyokurya bidukwiye ku musi ku musi.

4 Uduharire ivyaha vyacu,

nk’uko natwe duharira umuntu wese aducumuyeko.

Ntudutererane ibitugerageza.’ "

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também