Pular para o conteúdo
Publicidade

Luka 2

34 Nuko Simeyoni arabahezagira, maze abarira Mariya ati: "Uwu mwana ashizweho kugira ngo, muri Isirayeli, abantu benshi bagwe, abandi bavyuke. Azoba ikimenyetso kivuye ku Mana, ariko benshi bazomugwanya. 35 Ivyo bizotuma ivyiyumviro vyo mu mitima ya benshi bija ahabona. Kandi na wewe nyene, inkota izogusogota mu mutima."

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também