61 Umwami Yesu aca arahindukira, araba Petero mu maso. Petero na we aca yibuka ya majambo Yesu yari yamubwiye ati: "Uno musi nyene, isake itarabika, uza kuba umaze kunyihakana gatatu." 62 Petero aca asohoka hanze, araturikisha ararira.
Publicidade

+581 estão orando agora.
Junte-se à corrente de oração.