Publicidade

Lucas 24

Yesu aduga mw’ijuru

50 Maze Yesu aca abajana inyuma y’igisagara, hafi y’i Betaniya, aramvura amaboko arabahezagira. 51 Akiriko arabahezagira, aca abavamwo, aduzwa mw’ijuru.

Veja também

Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-07-05_12-11-46-