Pular para o conteúdo
Publicidade

Luka 3

10 Abantu benshi bari ngaho baramubaza bati: "None dukore iki?"

11 Yohana arabishura ati: "Uwufise imyambaro ibiri y’impuzu, nahe umwambaro umwe uwudafise n’umwe, n’uwufise ivyokurya nagire gutyo nyene."

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também