Pular para o conteúdo
Publicidade

Luka 7

33 Kuko Yohana Umubatizi yaje atarya, atanywa n’umuvinyu, muca muvuga ngo: Arimwo dayimoni. 34 Umwana w’Umuntu na we aza arya, kandi anywa, muca muvuga ngo: Ni umukunzi w’inda kandi ni imborerwa, agendana n’abatozakori n’abandi banyavyaha.

Veja também