Pular para o conteúdo
Publicidade

Lucas 8

Umugani w’umubivyi

1 Hanyuma y’ivyo, Yesu agendagenda mu bisagara no mu mihana, avuga Ubutumwa Bwiza bw’Ubwami bw’Imana. Bamwe cumi na babiri bari kumwe na we, 2 hamwe n’abagore yabohoye baboshwe n’impwemu mbi, akabakiza n’izindi ngwara, ari bo Mariya Magadalena yirukanywemwo abadayimoni indwi, 3 Yowana muka Kuza; umunyabigega wa Herode, Suzana hamwe n’abandi benshi. Abo bagore bashigikira Yesu n’abigishwa biwe bakoresheje uburyo bwabo.

Veja também