Pular para o conteúdo
Publicidade

Luka 8

41 Umugabo yitwa Yayiro, yari umukuru w’isinagogi, araza yikubita imbere y’ibirenge vya Yesu aramwinginga ngo bajane i muhira iwe, 42 kuko umukobwa wiwe yariko aracikana. Yari amufise ari umwe kandi yari afise imyaka nka cumi n’ibiri.

Yesu ari mu nzira agenda, yari akikijwe n’abantu benshi bamugunda.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também