Publicidade

Marcos 10

Yesu ahezagira abana bato

13 Umusi umwe, abavyeyi bazanye abana babo aho Yesu ari kugira ngo abarambikeko ibiganza. Ariko abigishwa barabakankamira. 14 Yesu abibonye, arababara. Abwira abigishwa biwe ati: "Nimureke abana bato baze aho ndi, ntimubabuze, kuko Ubwami bw’Imana ari ubw’abameze nka bo.

Veja também

Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-07-05_12-11-46-