Pular para o conteúdo
Publicidade

Mariko 13

9 Mube maso! Bazobafata babajane imbere y’abacamanza, kandi bazobakubitira mu masinagogi. Muzohagarara imbere y’abatware n’abami muzira kuba abigishwa banje, kugira ngo munshingire intahe imbere yabo. 10 Kuko Ubutumwa Bwiza butegerezwa kubanza kuvugwa mu mahanga yose.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também