Pular para o conteúdo
Publicidade

Mariko 15

Bahamba Yesu

42 Uwo musi wari uwo kwitegurira Isabato, ni ukuvuga buca haba Isabato. Nuko hageze ku mugoroba, 43 Yosefu w’i Arimataya, arahaguruka n’ubutwari bwinshi, aja kwa Pilato amusaba ikiziga ca Yesu. Uwo Yosefu yari umwubahwa mu bagize inama nkuru y’ubwoko bw’Abayuda kandi yari yiteze ukuza kw’Ubwami bw’Imana.

Veja também