39 Yesu aramwishura ati: "Ntimukamubuze, kuko nta muntu yokora igitangaza mw’izina ryanje hanyuma ngo agaruke amvuge nabi. 40 Kuko uwutatugwanya aba ari ku ruhande rwacu.