Pular para o conteúdo
Publicidade

Atos 8

1 Na Sawuli ni ho yari ari kandi yari ashigikiye ko Setefano yicwa.

Ihamwa ry’Ishengero no gusanzara kwaryo

Uwo musi haca haduka ihamwa rikomeye kw’ishengero ry’i Yerusalemu, maze abigishwa bose, kiretse intumwa, barashwiragira, bamwe baja i Yudaya abandi baja n’i Samariya.

Veja também