Pular para o conteúdo
Publicidade

Resultados da busca por "salvação"

95 resultados encontrados

  1. Provérbios 12

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 12
    Mostrando versículos 8–28 de 28

    8Umuntu ashimwa kubera ukwiyubara kwiwe,ariko igipfu kirakengerwa.

    24Amaboko aroranya azorongora,ariko ubunebwe bushikana ku kuba umuja.

    28Mu nzira y’ubugororotsi hari ubuzima,kandi muri iyo nzira hari ukudapfa.

  2. Salmos 43

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 43
    Mostrando versículos 1–5 de 5

    1Ncira urubanza runkiza, ewe Mana yanje,uburane urubanza rwanjemfitaniye n’ihanga ritizigirwa.Ntabara unkize abo bantu,buzuye ubugunge n’ikibi.

    2Uri Imana, igihome kinkingira.Ni igiki kikumpebesheje?Ni igiki gituma mbayeho ngandaye,mpahazwa n’umwansi?

    5Mutima wanje, ni igiki gitumye wicurikira?Ni igiki gitumye umpagararamwo?Niwizigire Imana,kuko nzosubira kuyihimbaza,yo mukiza wanje n’Imana yanje.

  3. Provérbios 11

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 11
    Mostrando versículos 9–25 de 31

    9Uwutubaha Imana aranduza akanwa mugenziwe,ariko ubumenyi buzokiza umugororotsi.

    19Umugororotsi aronka ubuzima,ariko abanyakibi baja mu rupfu.

    25Uwutanga aratunga,kandi uwuhembura abandi na we azohemburwa.

  4. Salmos 150

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 150
    Mostrando versículos 3–6 de 6

    3Nimuyihimbarishe ijwi rirengera ry’inzamba,muyishimishe inanga n’ikembe,

    5muyihimbaze muvuza ivyuma bisamirana.Muyihimbarishe ijwi rirengera ry’ivyuma bisamirana.

    6Ibihumeka vyose nibihimbaze Uhoraho.Haleluya.

  5. Provérbios 22

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 22
    Mostrando versículos 4–14 de 29

    4Ukwicisha bugufi n’ukwubaha Uhorahobizana ubutunzi n’ukuramba.

    9Uwutanga arahezagirwa,kuko asangira ivyiwe n’umukene.

    14Akanwa k’umugore asambana ni icobo kirekire,abashavuza Uhoraho bazokigwamwo.

  6. Salmos 122

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 122
    Mostrando versículos 2–9 de 9

    2Ibirenge vyacu bihagazemu marembo yawe, Yerusalemu.

    6Musabire Yerusalemu ironke amahoro muti:"Icompa abagukunda bakaba amahoro.

    9Kubera inzu y’Uhoraho Imana yacu,nzokwama ngusabira ivyiza.

  7. Salmos 146

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 146
    Mostrando versículos 1–7 de 10

    1Haleluya.Mutima wanje, himbaza Uhoraho.

    5Hahiriwe abahungira ku Mana ya Yakobo,ivyizigiro vyabo bikaba k’Uhoraho Imana yabo.

    7Ni we aburanira abacinyizwaakagaburira abashonje.Uhoraho ni we abohora imbohe,

  8. Salmos 89

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 89
    Mostrando versículos 37–50 de 52

    37izoshingwa ibihe vyose nk’ukwezi,icabona co kwizigirwa co kw’ijuru."

    48Ni nde azobaho ntabone urupfu,canke ni nde azokira ntaje mu mva?

    50Niwibuke, ewe Mana, uko umusavyi wawe yacokowe,uko umutima wanje wuzuye ibitutsi vy’amahanga yose,

  9. Salmos 128

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 128
    Mostrando versículos 1–5 de 6

    1Hahiriwe uwubaha Uhoraho wese,akagenda mu nzira ziwe.

    4Egome, uwo ni wo uzoba umugishaw’umuntu yubaha Uhoraho.

    5Uhoraho aguhe umugisha uva i Siyoni;uze ubone amahirwe ya Yerusalemumu misi yose y’ukubaho kwawe.

  10. Salmos 5

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 5
    Mostrando versículos 6–10 de 12

    6uherengeteza abavuga ibinyoma bose.Abasesa amaraso n’ingungeWewe, Uhoraho, ubanka urunuka.

    8Ndongorera mu kugororoka kwawe, ewe Uhoraho,kuko mfise abansi.Utumbereze inzira yawe imbere yanje.

    10Bamenyeshe ko batsinzwe, ewe Mana!Ubugunge bwabo nibubabere umutego.Ubirukane kubera ivyaha vyabo vyinshi,kuko bakugararije.

  11. Salmos 115

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 115
    Mostrando versículos 3–15 de 18

    3Imana yacu iri mw’ijuru;ikora ibiyihimbara vyose.

    13azoha umugisha abubaha Uhoraho;aboroshe n’abahambaye.

    15Uragahabwa umugisha n’Uhoraho,Umuremyi w’ijuru n’isi.

  12. Salmos 147

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 147
    Mostrando versículos 1–17 de 20

    1Haleluya.Ese ukuntu ari vyiza guhimbaza Imana yacu,ese ukuntu bihimbaye kandi bibereye kuyihimbaza!

    6Uhoraho ashigikira abaciye bugufiagacisha bugufi abanyakibi akabashitsa hasi.

    17Arekura urubura rwiwe nk’amabuye.Ni nde yoshobora kurinda imbeho yiwe?

  13. Salmos 84

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 84
    Mostrando versículos 9–12 de 12

    9Raba wewe nkinzo yacu, ewe Mana;raba ryiza uwo warobanuje amavuta.

    11Kuko Uhoraho Imana ari izuba akaba n’inkinzo;Uhoraho agira ubuntu agatanga icubahiro;ntazogira iciza yimaabagenda batunganye.

    12Uhoraho Mushoboravyose,hahiriwe uwukwizigira.

  14. Salmos 148

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 148
    Mostrando versículos 1–9 de 14

    1Haleluya.Nimuhimbarize Uhoraho iyo mw’ijuru;mumuhimbarize ahasumba amajuru.

    4Nimumuhimbaze, yemwe majuru asumba ayandinamwe mazi yo hejuru.

    9yemwe misozi n’uturambi twose,biti vyama n’amasederi yose,

  15. Salmos 10

    Kirundi Contemporary Bible
    Capítulo 10
    Mostrando versículos 1–18 de 18

    1Ni kuki wihagarariye kure, ewe Uhoraho?Ni kuki winyegeza mu gihe c’ivyago?

    12Haguruka, Uhoraho! Ramvura ukuboko kwawe, ewe Mana.Ntiwibagire abatagira gitabara.

    18ugutabara impfuvyi n’impahazwa,kugira ngo abantu buntuntibasubire kubatera ubwoba.

Léxico (correspondência exata) Semântico (correspondência relacionada) Versículos omitidos Contexto do capítulo