Pular para o conteúdo
Publicidade

Luka 1

19 Wa mumarayika aramwishura ati: "Ndi Gaburiyeli, kandi nama mpagaze imbere y’Imana. Ni yo yandungitse kukubwira iyi nkuru nziza.

Mariya abwirwa ko azovyara Yesu

26 Elizabeti amaze amezi atandatu yibungenze, Imana irungika umumarayika Gaburiyeli mu gisagara c’i Galilaya citwa Nazareti,

Veja também