Publicidade

Lucas 1

30 Ariko wa mumarayika aramuhumuriza ati: "Ntutinye, Mariya, kuko ugiriwe ubuntu n’Imana. 31 Raba ugiye gusama inda, maze uzovyara umwana w’umuhungu, kandi uze umwite Yesu.

Veja também

Publicidade
Bíblia Online Bíblia Online

Bíblia Online • Versão: 2026-06-29_22-07-56-