Umugani w’abatumiwe ku musi mukuru
15 Umwe mu bari ngaho ahejeje kwumva ayo majambo, aca abarira Yesu ati: "Hahiriwe uwuzofungura ku mazimano yo mu Bwami bw’Imana."
24 Ndababwire ukuri, nta n’umwe mu bo nari natumiye ubwa mbere aja no kwumviriza ku mazimano yanje.’ "