Pular para o conteúdo
Publicidade

Luka 15

17 Ariko umusi umwe akenge karagaruka, aribwira ati: Kwa data hari abakozi benshi kandi bararya bagasigaza, ariko jeho inzara igira inyicire hano. 18 Ngira mpaguruke nsubire kwa data ndamubwire nti: Data naracumuye ku Mana yo mw’ijuru, ncumura no kuri wewe.

Estes versículos te tocaram? Ore agora!

+581 estão orando agora.

Junte-se à corrente de oração.

Veja também